Hino De Burundi en Hinos

Letra de musica Hino De Burundi en Hinos

Hino De Burundi
Hino De Burundi

Burundi Bwacu, Burundi buhire,
Shinga icumu mu mashinga,
Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,

arahabishijwe ntiwahababuka,
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira.
Komerwamashyi n'amakungu,
Habwa impundu nabawe,
Isamirane mu mashinga, isamirane mu mashinga,

urundi bwacu, ragi ry'abasokuru,
Ramutswa intahe n'ibihugu,
Ufatanije ishyaka n'ubu hizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza.

urundi bwacu, nkoramutima kuri twe se,
Tugutuye amaboko, umitima n'ubuzima,
Imana yakuduhaye ikudutungire.
Horana umwami n'abagabo n'itekane.
Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza.

incorrecto video?